MUZTEXT
Testo Feel Love - Sat-B
Informazioni sulla canzone In questa pagina puoi leggere il testo della canzone Feel Love , di -Sat-B
Data di rilascio:30.11.2017
Lingua della canzone:Swahili
Seleziona la lingua in cui tradurre:
|
| Bambwiye ko nkusangira na benshi |
| Nziba amatwi kuko ntashaka kuyumviriza |
| Ngo naho ndi intare imbere yawe ndi Intama |
| Buca kabiri umpinduke unry’umutima |
| Naho kw’isi ariko Bimeze bury’umuntu arinda icakunda |
| Niwabona nkukoshereje umbarire cane |
| Kuko kwi’si nta wuri perfect |
| Jewe Nawe turi abantu |
| Baby Soyez joyeuse |
| ET surtout quand vous etes avec moi, Aaah ahhhh |
| Kuko unkunda uko ndi Ndagukunda uko uri |
| Komeza unkunde cane kuko nkukunda cane |
| Let me feel love |
| Let me feel love., girl |
| Let me feel love |
| Let me feel love, girl |
| Bakubwira ko ndi ikirara gihebuje |
| Nirirwa club nirvana na la costa beach |
| Ntuzubabare bakubwiye ndi bad boy, be |
| Lover Lover kugeza nokubagore n’abantu |
| Naguhaye umutima wanj |
| Nsenga imana nayo irakumpa |
| Niwabona nkukoshereje |
| Umbabarire cane |
| Kuko kwi’si nta wuri perfect |
| Jewe Nawe turabantu |
| Baby Soyez joyeuse |
| Et sourtout quand vous etes avec moi, Aaah aaah |
| Chorus: kuko unkunda uko ndi Ndagukunda uko uri |
| Komeza unkunde cane kuko nkukunda cane |
| Let me feel love |
| Let me feel love, girl |
| Let me feel love |
| Let me feel love, girl |
| Outro: |
| Lover lover lover |
| She’s my lover lover lover |
| She’s my lover lover lover |
| She’s my lover lover lover |
| She’s mine |
Scrivi cosa pensi del testo!
Altre canzoni dell'artista:
| Nome | Anno |
|---|
| 2017 |
| 2020 |
| 2019 |
| 2020 |
| 2021 |
| 2021 |
| 2020 |
| 2020 |
| 2020 |
| 2020 |
| 2020 |
| 2021 |
| 2021 |
| 2019 |
| 2017 |