MUZTEXT
Testo Iwacu - Sat-B
Informazioni sulla canzone In questa pagina puoi leggere il testo della canzone Iwacu , di -Sat-B
Data di rilascio:19.01.2017
Lingua della canzone:Swahili
Seleziona la lingua in cui tradurre:
|
| Vers 1: |
| Hommy !! Hommy !! Muntu ugana iwacu |
| Reka nkutume hariya kwa Mama |
| Umubwire yuko mukumbuye |
| Iyo mwibutse Oooh ndasarara |
| Hommy !! hommy! Muntu uja I Burundi |
| Ukagera hariya I Bujumbura |
| Kumayira abiri |
| Uti ndabakumbuye |
| Igihe kazoza tubonane !! |
| Uti nanse kubona nicwa n’inzara |
| Nanse kubona Mama yicwa n’inzara |
| Hageze igihe akazi karabura |
| Kuko Abonse rimwe bashamiranye |
| Layla akarira akarira, akabura ikimuhoza |
| Kubwo kubura ico muha |
| Hariya iwacu kuri ya misozi |
| «iwacu ndahakumbuye» |
| Mfise intuntu yo gusubirayo |
| «abiwacu ndabakumbuye» |
| Hariya iwacu kuri ca kiyaga |
| «iwacu ndahakumbuye» |
| Mfise intuntu yogusubirayo |
| «Ab'iwacu ndabakumbuye |
| Spoken: |
| «(#Leyla) papa je t aime uzoza ryari kumbuye kumbuye " |
| Vers 2: |
| Harya ubuto butegurira ubusaza |
| Inkoni nzokwitwaza mu butama |
| Ni ngombwa Ndayice nkiri muto |
| Sije nabizanye ! |
| Tuvukira mu bibazo |
| Tukongera tukabikuriramwo |
| Kuko tuzira ivyo tutazi |
| Bigatuma tutabona imbere |
| Ooooh! Oooh! MANA!!! |
| Ehe amagara yarankitse |
| Mu mahanga muc’abandi |
| Ibibi burya bibaho |
| No kwihangana bikabaho |
| Ariko uri iwanyu biroroha |
| Ukihanganira vyose |
| Hariya iwacu kuri ya misozi |
| «iwacu ndahakumbuye» |
| Mfise intuntu yo gusubirayo |
| «abiwacu ndabakumbuye» |
| Hariya iwacu kuri ca kiyaga |
| «iwacu ndahakumbuye» |
| Mfise intuntu yogusubirayo |
| «Ab'iwacu ndabakumbuye |
Scrivi cosa pensi del testo!
Altre canzoni dell'artista:
| Nome | Anno |
|---|
| 2017 |
| 2020 |
| 2019 |
| 2020 |
| 2021 |
| 2021 |
| 2020 |
| 2020 |
| 2020 |
| 2020 |
| 2020 |
| 2021 |
| 2021 |
| 2019 |
| 2017 |